『Umuvyeyi yokora iki umwana wiwe anyuzuye canke bamunyuzuye』のカバーアート

Umuvyeyi yokora iki umwana wiwe anyuzuye canke bamunyuzuye

Umuvyeyi yokora iki umwana wiwe anyuzuye canke bamunyuzuye

無料で聴く

ポッドキャストの詳細を見る

このコンテンツについて

Umwana umwe kuri bane mu baba muri Australia baranyuzurwa ku mashuri aho biga. Nk'umuvyeyi birashobora ku kugora mu kumenya ico wofata mu gihe umwana wawe anyuzuwe canke mu gihe anyuzura abandi. Uko biri kwose ni vyiza kugenda kurondera ubufasha kubahinga bakakugira inama.

Umuvyeyi yokora iki umwana wiwe anyuzuye canke bamunyuzuyeに寄せられたリスナーの声

カスタマーレビュー:以下のタブを選択することで、他のサイトのレビューをご覧になれます。