『INYUMA Y-IMYAKA 9 ANYURUJWE, UMUKENYEZI W’UMUMENYESHAMAKURU JEAN BIGIRIMANA ARACASABA UBUTUNGANE』のカバーアート

INYUMA Y-IMYAKA 9 ANYURUJWE, UMUKENYEZI W’UMUMENYESHAMAKURU JEAN BIGIRIMANA ARACASABA UBUTUNGANE

INYUMA Y-IMYAKA 9 ANYURUJWE, UMUKENYEZI W’UMUMENYESHAMAKURU JEAN BIGIRIMANA ARACASABA UBUTUNGANE

無料で聴く

ポッドキャストの詳細を見る

このコンテンツについて

Godeberthe Hakizimana, umukenyezi w’umumenyeshamakuru Jean Bigirimana w’Umurundi yanyurujwe mu mwaka wa 2016, n’ubu aracasaba ubutungane n’ukuri kuvyashikiye umugabo wiwe. Amjambo Africa yamusanze mu muji wa Kigali ku murwa mukuru w’u Rwanda aho yahungiye. Yayibwiye ko n’ubu atazohumeka gusaba ubutungane bw-Uburundi gukora amatohoza yigenga kugira ukuri kumenyekane kuvyashikiye umunega wiwe. Abantu n’imiryango babuze ababo, abahohotewe, abo ababo banyurujwe, canke baburiwe irengero-umupfasoni Hakizimana abasaba kudacika intege akabahamagarira kwiyubaka.

INYUMA Y-IMYAKA 9 ANYURUJWE, UMUKENYEZI W’UMUMENYESHAMAKURU JEAN BIGIRIMANA ARACASABA UBUTUNGANEに寄せられたリスナーの声

カスタマーレビュー:以下のタブを選択することで、他のサイトのレビューをご覧になれます。